Mpore nizigira
1. Mpore nizigira gusa
Amaraso y’Umukiza,
Singir’ uwundi nigana
Atari Yesu wenyene.
Ref
Nshingwe kur’ urwo rutare,
Na h’ahandi n’umusenyi
Na h’ ahandi n’umusenyi.
2. N’iy’ umwiza wompumisha,
Nizer’ imbabazi ziwe,
Mu vyago no mu marushwa
Ndazi ko Yes’ atazonta.
3. Ndemeshwa can’ umutima
N’ivyo yansezeranije,
Nah’ ivyanje vyotikira,
Ni we gusa nizigiye.
4. Maz’ ico gih’ azozira,
Az’ asange niteguye,
Nambay’ ukugororoka,
Ata n’agasembga mfise.
Muharur’ imigisha yanyu
1. lyo har’ amarushwa mensh’ ateye,
Mukihebura ko mutagikira,
Muce muharur’ imigisha yanyu,
Izobatangaz’ ingen’ ari myinshi.
Ref
Muharur’ imigisha yanyu,
Ntimusige n’ umwe muri yo,
ly’ Imana yabaronkeje
Irabatangaz’ ingen’ ari myinshi.
2. Mbega muremerewe n’ amaganya?
Mugira ngo ntimwovyihanganira?
Muharuy’ imigisha muririmba
Ntimwomeny’ iyo yakamanganiye.
3. Mw isi har’ itunga, nk’inka n’ibindi.
Arikw’irya Yesu rirabiruta,
Itunga ryo mw isi ntiryoduhesha
Cukizw’ ivyaha no kuja mw ijuru.
4. Amarushwa naho yoba mensh’ ate
Ntimwihebur’ Iman’ irabakiza,
Mwibuk’ imigisha yany’ ukw ingana,
Irabibagiz’ amagorwa yose.
Muganga mwiza ni Kristo
1. Muganga mwiza ni Kristo,
Ni we Mukunzi wucu,
Ni w’ avyur’ abahenutse,
Ni wumv’ ijwi rya Yesu.
Ref
Indiirimbo z’ Imana
Ijwi ni nk’ irya kern,
Natwe ni turirimbe
Yesu, Yesu, Y’esu.
2. Icaha cawe cakuwe,
Ni wumv’ ijwi rya Yesu,
Azokujana ku Mana
Kunezeranwa na we.
3. zina rya Yesu Kristo
Ni ryo rikuru rwose,
Dushim’ uwo Mutabazi
Imyaka yacu yose.
Mukama nikukunda
1.Mukama, ninkukunda; ka nkwehongyere;
Hati naayeteis’ ebibi byangye byona;
Niiwe Mucunguzi wangye, kandi Omujuni;
Ref
Tinkakukundaga, nk’oku ndikukukunda.
2.Nkukund’, ahakub’ okabanza kunkunda;
Okancunguz’ eshagama, naasaasirwa.
Nkukundir’ ago mahwa, gu waajwair’ ahabwangye;
3.Ndyaguma ninkukund’ obutoosha bwona;
Ku ndiba ninkiitsya, ndyakweshongorera;
N’obu ndihik’ aha kufa, ndyakusingiza nti,
4.Bwanyima ku ndihik’ owaitu omu iguru,
Ndyaguma nkuhimbise, kandi nkusiime,
Nkujuumair’ omumaisho ninkweshongorera nti,